Irambona from Burundi
September 2 at 11:40 pm
Namahoro bwoko bw,Imana mfisumutwaro wo kurondera bourse d,étude yarabonetse Ubu habuze ubufasha hamwe n,impapuro zimwe zimwe
Ndizeye kwiyakoze ivyambere izokora nivyo bisigaye kuko ivyo yakoze nivyo vyari bihambaye .
Ariko ubugombe bwayo abaribwo buzoshika
Iyi midi 10 isigaye niyo niteze kwishurirwamwo
Responses
No responses yet.