Irambona from Burundi
December 22 at 6:32 am
Mana yanje ntaco nishoboje ndazi kurumwami wamyeho kandi uzamaho njimbere y,inyonga zawe mana y\'a isaka yakobo Daniel.nsahaka kubohorwa nawe kuvyaha vyagahomerabunwa nakoze nshaka kubohorwa nawe amaraso yawe ankize undinde indware ungirire neza mubuzima bushasha ngiye kwinjiramwo uhezagire umutuho wanje nige icugomba un dinde kwihebura umpe kukubaha umbe hafi mugihe ndi mubigeragezo umudyango wanje uwurinde uduhuze ico wanteguriye Abe arico nzoba urampa kurangizanya nawe ibihe vyose wewe wanzigamye ntaraboho ukampa gushika muti kaminuza uncire inzira aho mbona KO hatarengana ndazi KO harengana amen
Responses
No responses yet.